BURUNDI Habonetse umuvyeyi afise imbanyi irimwo abana 6

BURUNDI Habonetse umuvyeyi afise imbanyi irimwo abana 6 - image | daflx blog

Published 24-12-2022 12:12:56 in

Umuvyeyi MUGISHIMANA Johaï, akaba yubatse n'umushingantahe NDAYISHIMIYE Assan Bava muntara ya Rumonge , Quartier GIHWANYA KU 11, Bafitaniye abana batatu,bakaba bagiye kunguka abandi bana batandatu baziye icarimwe.

Nubwo amikoro atari ikirenga, baraye binjiye ibitaro mu ntumbero yo kugira yoroherwe,

Ubu imbanyi afise nkuko ibipimo bivyerekana ifise amezi 7, irimwo abana batandatu.

Share on your social networks